
Ese Ibugu n’iki?
Mukirambi.com yegereye Muzehe Mujandwa Denis adusobanurira Ibugu ico ariko.Ushobora nawe kwarusanzwe w’ibaza ati Ibugu n’iki? ryakoreshwaga gute? n’iki cabaga canditsemo? n’ibande bari bemerewe gutunga Ibugu? Muzehe Mujandwa yadusobanuriye mu majambo magufi ndetse asa, n’usubiza ibibazo bimwe twibazaga twese kubijanye n’igitabu citwaga Ibugu.
Ibugu, yari ikarita cyangwa indangamuntu ya buri muturage wese wa Congo wabaga ageze mu gihe, byibura cy’imyaka 18. Ibugu rikomoka kw’ijambo ry’icongereza “Book”. Ibugu yar’ikayi cangwa se igitabu cabaga kigizwe n’amakaratasi/ paji (page) zigera kuri 16:
1 Ikijarada (Couverture) , 2. Amazina (les noms), 3. Etat civil, 4.Race,Ubgenegihugu (Nationalité) et Entite de base, 5. Impot betail, 6. Passeport, Ordonance, 7.Afiya( Etat de santé),8. Permis de sejour, 9. Permis de port d’arme, 10. Divers services et timbres, 11. Copie de passeport replie, 12. Certificat d’haptitude, 13. Fiche de mutation, 14. Impot indigene, 15 Visa hebdomadaire, 16. Fiche de dispense de visa.
Iy’ikayi yabaga aringirakamaro cane kuko utabaga ayitunze ico gihe ntibyabaga bimworoheye.
Mujandwa Denis